Baada ya kuwa na mvutano mkubwa na vyombo vya habari unao ambatana na kuwepo mgogoro yani bifu baina yake na wenzie wanamuziki huku mambo hayo hapa nchini yakiwa yameshika kasi kubwa hayakuweza kumsababishia mwanamuzki Mugani Desire alimaarufu kama Burundiano kushindwa kufanya mambo yani kazi zake na huku kupiga show yake bila matatizo yoyote japo kulikuwepo na ucheleweshwaji wa uwanzaji wa show hiyo.
Kwenye ukumbi wa ARCHIPEL kulikuwa kumegubikwa na wale wapendanao ambao walikuwa wamekuja kupata burudani kutoka kwa mwanamuziki huyo walionekana kumsubiriya kwa hamu kubwa japo walicheleweshwa kupata burudani.
Fahamu kuwa show hiyo ilikuwa imetangazwa kuanza saa kumi na mbili za magharibi lakini si ndivyo ilivyo kuwa ikishuhudiwa msanii wa kwanza alifika hapo saa mbili za usiku huku yeye Burundiano na wanamuziki wengine walifika kwenye mida ya saa nne za usiku yani (22h).
Kwenye mida hiyo raia waliokuja kwenye show hiyo waliweza kuwa wanapata burudani kutoka kwa mwanamuziki Tina kutoka pande za Uganda ambae alikuwa akiwapa uhondo kidogo kidogo kumsubiria msanii Burundiano.
Show hiyi imefanywa huku kukiwa na taarifa za chini ya carpet zakuwa anampango wakusafiri kuelekea jijini Dubai kikazi zaidi.
Burundiano ambae anakabiliwa na zogozogo za maneno huku yakiambatana na maneno machafu ya utovu wa nidhamu aliyo yatumia kwenye track yake mpya ya "My name" aliyo pewa ushirikiano na mwanamama Channy Queen akishika kwenye upande wa kiitikio.
Japo kukiwa na zogozogo hizo za utovu wa nidhamu wa kuwatusi wenzie wanamuziki huku akiambatanisha na vyombo vya habari na kuweza kuwazalilisha wanahabri bila kuwataja majina ila yeye ameonekana kuyakana hayo nakuleta utetezi usiyokuwa na msingi wowote.

Naho
igitermo catanguye giteba ariko igiteramo cabaye kandi cagenze neza
nkuko vyibonekeje aho twashoboye gushikana amaso yacu, ivyo kandi
bikemezwa na bamwe mu baririmvyi basanzwe bari ngaho uri ico giteramo,
eka n’abasanzwe baragiteguye.
Inyuma y’imanza z’imisi itari mike hamwe n’uguhamagarwa bimwe vy’agasakisaki ku muririmvyi Big Farious, yahevuye akora igiteramo co gukurayo kimwe muvyakozwe mu gihugu ca kera. Bamwe mu barundi bari bamwiteganye igishika kimwe cinshi ariko amasaha ntibayakurikije kuko igiteramo catanguye igihe c’isaha cumi na tibiri z’umuhingamo ngo goy’initi n’imitoys 45, ariko umuririmvyi vyitwa ko yaje hakiri kare yashitse ngaho igihe c’isaha zibiri z’ijoro nayo fizzo wewe akaba yazananye na bamwe mu baririmvyi igihe c’isaha 4 z’ijoro yambaye neza.
Mu mwanya muto ico giteramo camaze abo baririmvyi afisadikanije n’abandi batari bake bashoboye gutermisha abo bantu hama barashobora kuryoherwa. Abaririmvyi batandukanye bashoboye kuryoherewa uko bakiriwe duhereye kuri TINA asanzwe ava mu gihugu c’ubuganda aho yavyakiriye neza muri rusangi n’abangi batari bake.
Ico giteramo kikaba cakozwe afise urugendo yategerezwa kujamwo rumushikana muri Dubai aho agiye mu kazi. Ariko mwomenya ko yabajijwe ikibazo ku bijanye n’iyo ndirimbo bavuga ko yivye atukana yamenyesheje ko atari vyo, nayo ibijanye n’ivyo yakuye mu kanwa avuga ko uwari wese azoyumva mu nzira azomenye uko hama ayiririmbira nawe nyene niwe azotanga ama bimeze.
Tukaba tubemereye kuzobaha amakuru aramvuye hanyuma uko ibinti vyagenze neza.
- See more at: http://indundi.com/news/page/41621/#sthash.dwb0I8th.dpuf

0 comments:
Toa Maoni yako
Tuambie Unafikilia Nini..!